12/12/2024
New Yank sofa
Turipfuza gufasha ugwaruka ibijanye n'umwuga wo gukora intebe (salon ministre)
Vy'ibanze.
Twipfuza ugwaruka 10.
Tuzotangura kwiga duhagaze, munyuma twikorere ivyo twicarako
Ukaba uri umus jeune atagira umwuga kandi twipfuza kuja hamwe n'abandi kugira twiteze imbere, murahawe ikaze.
Kugira mumenye vyinsh, baza kuri (69 34 13 61 call simple&tsapp)
24/02/2024
24/02/2024
14/02/2023